Chat on the Facebook
Uyo Mukobwa kubera gukunda cane ivyo ku Chat muri
Facebook
Agasanga iterefone yiwe nu mu CHINA,
Hanyuma umuriro ukaba uhera amasaha yose.
Akabonako bimaze kumuruhisha agaca tangura
gutembera na Groupe Electro-gene kumutwe kugira ngo iterefone
yiwe igumane n’umuriro
0 comments:
Speak up your mind
Tell us what you're thinking... !