mana dusenga gerageza udufashe, haze hahanwe abobose bishe
kuko turabona kwabiwacu baheze, kubona umuntu apfa imere yuwamureze
ntawutanga imana kwihebura, harigihe uronka cane ukabura
bantu mwese tureke kurwana, twereke urukundo, abo bana
aha turi twese kera hari abandi, ntuzoguma kwisi niyo woba umufundi,
niba utavyemera uzobaze abandi
twibere neza hano mu burundi
muntu ukora inabi ndagusavye ubirike
nimbabazi ngusavye jewe 50D turabarundi twese, hiaaaa.
indirimbo muzobona iri mumigambi yogusohoka.
0 comments:
Speak up your mind
Tell us what you're thinking... !